ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ico gihe Musa n’Abisirayeli baririmbira Yehova bati+:

      «Reka ndirimbire Yehova, kuko ashizwe hejuru cane+.

      Ifarasi n’uwuyigendesha yatereye mu kiyaga+.

  • 2 Samweli 22:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Aho Yehova amariye gukiza Dawidi abansi biwe bose+, akamukiza na Sawuli+, yaririmbiye Yehova+ ati:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika