Zaburi 55:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+. Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+. Mugabo jewe nzokwizigira wewe.
23 Ariko wewe ga Mana, uzobaterera mu cobo kirekire cane+. Abantu b’abicanyi kandi b’ababeshi ntibazobaho n’igice c’imisi yabo+. Mugabo jewe nzokwizigira wewe.