ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 Dawidi yumvise ko Nabali yapfuye, avuga ati: «Yehova aninahazwe, we yifatiye mu minwe ivyanje+, agacira urubanza Nabali+ kubera ibitutsi yantutse, akambuza jewe umusavyi wiwe gukora ikibi+. Yehova agarukanye ku gatwe ka Nabali ikibi yakoze.» Nuko Dawidi atuma abantu kubwira Abigayili ko yipfuza kumucura ngo abe umugore wiwe.

  • Zaburi 52:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ewe wa rurimi rubesha,

      ukunda amajambo ababaza gusa.

       5 Ni co gituma Imana izogusiturira hasi rimwe rizima+.

      Izogucakira igushikure mw’ihema ryawe+,

      ikurandure mu gihugu c’abazima+. (Sela)

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika