Matayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza abikuye mw’itunga ryiwe ryiza, ariko umuntu mubi asohora ibintu bibi abikuye mw’itunga ryiwe ribi+. Abanyefeso 4:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo gusa ijambo ryiza ryo kwubaka abandi bivanye n’ibikenewe, kugira ngo rigirire akamaro abaryumva+. Abakolosayi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Amajambo muvuga yamane igikundiro, arunze umunyu+, kugira ngo mumenye ingene mukwiye kwishura umuntu wese+.
35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza abikuye mw’itunga ryiwe ryiza, ariko umuntu mubi asohora ibintu bibi abikuye mw’itunga ryiwe ribi+.
29 Ntihagire ijambo riboze riva mu kanwa kanyu+, ahubwo havemwo gusa ijambo ryiza ryo kwubaka abandi bivanye n’ibikenewe, kugira ngo rigirire akamaro abaryumva+.
6 Amajambo muvuga yamane igikundiro, arunze umunyu+, kugira ngo mumenye ingene mukwiye kwishura umuntu wese+.