Esiteri 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Hamani atangura kwihaya kubera ubutunzi bwinshi n’abahungu benshi yari afise+, no kubera ko umwami yari yamudugije igiti, akamuha ubukuru buruta ubw’abandi batware n’abandi bose bakorera umwami+. Yobu 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Kubera iki ababisha babandanya kwiberaho+,bagasaza, mbere bakaba n’abatunzi*+?
11 Hamani atangura kwihaya kubera ubutunzi bwinshi n’abahungu benshi yari afise+, no kubera ko umwami yari yamudugije igiti, akamuha ubukuru buruta ubw’abandi batware n’abandi bose bakorera umwami+.