Gusubira mu vyagezwe 23:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko Yehova Imana yanyu agendagenda mw’ikambi yanyu+ kugira abarokore no kugira abafashe gutsinda abansi banyu. Ikambi yanyu rero itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntahave abona ikintu na kimwe gishisha muri mwebwe agaca areka kujana namwe. Zaburi 132:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+,ni ho yashimye kuba+. Yesaya 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nimusemerere mwihe akamo k’umunezero mwebwe ababa i Siyoni*,kuko Umweranda wa Isirayeli ari hagati yanyu ahambaye.»
14 Kuko Yehova Imana yanyu agendagenda mw’ikambi yanyu+ kugira abarokore no kugira abafashe gutsinda abansi banyu. Ikambi yanyu rero itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntahave abona ikintu na kimwe gishisha muri mwebwe agaca areka kujana namwe.
6 Nimusemerere mwihe akamo k’umunezero mwebwe ababa i Siyoni*,kuko Umweranda wa Isirayeli ari hagati yanyu ahambaye.»