Zaburi 103:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nk’uko ubuseruko buri kure cane y’uburengero,ni ko ashira kure cane amakosa yacu+. Yesaya 38:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Raba! Aho kugira amahoro naradundumiwe cane.Mugabo wandinze icobo c’uguhonakubera unkunda+. Ibicumuro vyanje vyose wabitereye inyuma y’umugongo wawe*+.
17 Raba! Aho kugira amahoro naradundumiwe cane.Mugabo wandinze icobo c’uguhonakubera unkunda+. Ibicumuro vyanje vyose wabitereye inyuma y’umugongo wawe*+.