-
Esiteri 6:11, 12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Hamani aca atora iyo mpuzu n’iyo farasi, yambika Morudekayi+ maze amutembereza mu kibanza rusangi c’igisagara, agenda arasemerera imbere yiwe ati: «Uku ni ko bagirira umuntu umwami yipfuza gutera iteka.» 12 Inyuma y’ivyo Morudekayi asubira kw’irembo ry’i bwami. Mugabo Hamani anyaruka gusubira iwe, ababaye cane, yitwikiriye umutwe.
-