ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 15:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Umutima w’umunyabwenge* urarondera ubumenyi+,

      ariko akanwa k’ibijuju gakurikirana* ubupfu+.

  • Matayo 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Izabibwe mw’ivu ryiza na zo, zigereranya uwumva iryo jambo akaritahura maze agatangura kwama, umwe akama 100, uwundi 60, uwundi 30+.»

  • Abaheburayo 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, bamwe bakoresha ububasha bwabo bwo gutahura bakabumenyereza gutandukanya iciza n’ikibi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika