1 Abami 4:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Imana iha Salomo ubukerebutsi bwinshi cane n’ubushobozi budasanzwe bwo gutahura, imuha n’ubwenge bwinshi* nk’umusenyi uri ku nkengera y’ikiyaga+. Yakobo 1:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mumenye ibi bavukanyi nkunda cane: umuntu wese anyaruke kwumva, atebe kuvuga+, atebe gushavura+,
29 Imana iha Salomo ubukerebutsi bwinshi cane n’ubushobozi budasanzwe bwo gutahura, imuha n’ubwenge bwinshi* nk’umusenyi uri ku nkengera y’ikiyaga+.