ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 26:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Haciye igihe, Abimeleki umwami w’Abafilisitiya yariko araba hanze ari mw’idirisha, aza abona Izahaki ariko akuyakuya* Rebeka umugore wiwe+.

  • Itanguriro 29:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Yakobo rero akora imyaka indwi kugira aronke Rasheli+, ariko kuri we wamengo ni imisi mikeya kuko yamukunda cane.

  • Indirimbo ya Salomo 8:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nunshire ku mutima wawe nk’ikidodo,

      nk’ikidodo ku kuboko kwawe,

      kuko urukundo rukomeye nk’urupfu+,

      ukudahemuka na kwo kugakomera nk’ukuzimu.

      Imbeya zarwo ni umuriro ururumba, urubeya rwa Yehova*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika