Imigani 16:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umuntu w’imburakimazi azura ibintu bibi+.Amajambo yiwe ameze nk’umuriro uturira+. Yakobo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ururimi na rwo nyene ni umuriro+. Ururimi ni igihimba c’umubiri wacu cuzuye ukutagororoka kungana isi yose, kuko ruhumanya umubiri wose+ rugaturira ubuzima bwose uko bwakabaye*, na rwo rugaturirwa na Gehena*.
6 Ururimi na rwo nyene ni umuriro+. Ururimi ni igihimba c’umubiri wacu cuzuye ukutagororoka kungana isi yose, kuko ruhumanya umubiri wose+ rugaturira ubuzima bwose uko bwakabaye*, na rwo rugaturirwa na Gehena*.