ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Imbere yo gusenyuka habanza ubwishime,

      kandi imbere yo gutsitara habanza ubwibone+.

  • Luka 14:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 «Umuntu niyagutumira mu rubanza rw’ubugeni*, ntushike wicara mu kibanza c’iteka+. Hari aho wosanga yatumiye uwundi muntu akurusha icubahiro. 9 Maze uwabatumiye mwese akaza, akakubwira ati: “Bisa uyu muntu muri ico kibanza.” Uzoca uva ng’aho n’ibimaramare, uje kwicara mu kibanza c’inyuma y’ibindi vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika