Gusubira mu vyagezwe 15:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ukwiye kumuha n’umutima ukunze+, ata kugonanwa*, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe ahezagira ivyo ukora vyose n’imigambi yawe yose+. Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Uwugiriye ubuntu umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+,kandi azomuha impera* y’ivyo yakoze+. Umusiguzi 11:1, 2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Terera umukate wawe ku mazi+, kuko inyuma y’imisi myinshi uzokwongera kuwuronka+. 2 Nuheko abantu indwi canke mbere umunani ku mugabane wawe+, kuko utazi ivyago bizoshika kw’isi.
10 Ukwiye kumuha n’umutima ukunze+, ata kugonanwa*, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe ahezagira ivyo ukora vyose n’imigambi yawe yose+.
11 Terera umukate wawe ku mazi+, kuko inyuma y’imisi myinshi uzokwongera kuwuronka+. 2 Nuheko abantu indwi canke mbere umunani ku mugabane wawe+, kuko utazi ivyago bizoshika kw’isi.