ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Abantu nibagiriranira amatati, barashobora kwitura abacamanza kugira babatunganirize+. Uwuri mu kuri bazomwambika izera, uwuri mw’ikosa na we bamukubite intahe mu gahanga+.

  • 1 Abami 8:31, 32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Umuntu niyacumura kuri mugenziwe, hari aho bomutegeka kurahira* na we akavyemera, hanyuma amaze kurahira akaza imbere y’igicaniro cawe muri iyi nzu+. 32 Nivyaba, uze wumve uri mw’ijuru ugire ico ukoze. Uze ucire urubanza abasavyi bawe: umubisha umucire urubanza bikwiranye*, ivyo yakoze bije ku gatwe kiwe, umugororotsi na we umwambike izera*, umuhembere ubugororotsi bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika