ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 19:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa,

      kandi uwuguma avuga ibinyoma azopfa+.

  • Ivyakozwe 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Petero aca amubwira ati: «Ananiya, kubera iki Shetani yatumye wubahuka guhenda+ impwemu nyeranda+, ukagumya mu mpisho igice c’ayo wagurishije itongo?

  • Ivyakozwe 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Ananiya yumvise ayo majambo, aca agwa hasi, arapfa. Maze abavyumvise bose bagira ubwoba bwinshi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika