Zaburi 91:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ko wavuze uti: «Yehova ni ubuhungiro bwanje», ukagira Musumbavyose ahantu hatekanye uba*+,10 nta cago kizogutera+kandi nta kiza kizokwegera ihema ryawe.
9 Ko wavuze uti: «Yehova ni ubuhungiro bwanje», ukagira Musumbavyose ahantu hatekanye uba*+,10 nta cago kizogutera+kandi nta kiza kizokwegera ihema ryawe.