ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Uzorandura abavuga ibinyoma+.

      Yehova aranka urunuka abantu bakora ivy’ububisha kandi b’ababeshi*+.

  • Imigani 6:16, 17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Hari ibintu bitandatu bishisha Yehova,

      emwe, ibintu indwi bimusesema:

      17 amaso yishira hejuru+, ururimi rubesha+, amaboko asesa amaraso y’intungane+,

  • Ivyahishuwe 21:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ariko abanyabwoba, abatagira ukwizera+, abantu bahumanye kandi bakora ibisesemye, abicanyi+, abasambanyi*+, abakora ivy’ubupfumu, abasenga ibigirwamana n’ababeshi bose+, bazotererwa muri ca kiyaga caka umuriro n’amazuku*+. Ico kiyaga gisobanura urupfu rwa kabiri+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika