Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mu majambo menshi ntihaburamwo ugucumura+,ariko uwugumya ururimi rwiwe aba ari umunyabwenge+. Matayo 12:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Ndababwiye ko ku musi w’urubanza abantu bazobazwa+ ibintu vyose bitagira akamaro bavuga.