-
1 Abami 1:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Aho hose Adoniya+ mwene Hagiti yaguma yiyemera avuga ati: «Ni je ngiye kuba umwami!» Nuko akoresha umukogote agenderamwo, arondera n’abagendera ku mafarasi be n’abagabo 50 baza bariruka imbere yiwe+. 6 Mugabo se ntiyigeze amuhambarira* ngo amubaze ati: «Ivyo ukora ni ibiki?» Adoniya kandi yari mwiza cane. Yavutse inyuma ya Abusalomu.
-