Yesaya 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 «Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki+?», ni ko Yehova avuze. «Amashikanwa yanyu aturirwa y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+ nabihaze.Kandi simpimbarwa n’amaraso+ y’amashuri+, ay’imyagazi y’intama n’ay’impene+.
11 «Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki+?», ni ko Yehova avuze. «Amashikanwa yanyu aturirwa y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+ nabihaze.Kandi simpimbarwa n’amaraso+ y’amashuri+, ay’imyagazi y’intama n’ay’impene+.