ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yakobo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mwaturiranire rero ibicumuro ata guhishanya+ kandi musengeranire, kugira mukire. Ugutakamba kw’umugororotsi gufise inguvu nyinshi*+.

  • 1 Petero 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Kuko amaso ya Yehova* ari ku bagororotsi, kandi amatwi yiwe arumva ugutakamba kwabo+, ariko Yehova* arwanya abakora ibintu bibi+.»

  • 1 Yohani 3:21, 22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Bavukanyi nkunda, nimba imitima yacu itatwagiriza, turavugana umwidegemvyo imbere y’Imana+, 22 kandi ico tuyisavye cose irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibiyihimbara.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika