Zaburi 41:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nayo jewe, ugutungana kwanje ni kwo gutuma unshigikira+.Uzongumiza imbere yawe igihe cose+. Imigani 28:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uwugendera mu gutungana azokizwa+,ariko uwugendera mu nzira zigoramye azogwa bukwi na bukwi+.