ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Ku kijuju, gukora ibintu biteye isoni ni nko kwikinira,

      ariko umuntu afise ugutahura akorana ubukerebutsi+.

  • Abanyefeso 5:15, 16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nuko rero mugume muraba neza ukuntu mwigenza*, ntimwigenze nk’abatagira ubukerebutsi ahubwo mwigenze nk’abantu b’inkerebutsi, 16 mukoresha neza umwanya wanyu*+, kubera ko imisi ari mibi.

  • Yakobo 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Muri mwebwe ni nde ari inkerebutsi kandi ategera? Niyerekane biciye ku ngeso ziwe nziza ko akora ibikorwa biranga ubwitonzi buva ku bukerebutsi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika