ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ntimuze mugoreke urubanza+. Ntimuzogire nkunzi+ canke ngo murye igiturire, kuko igiturire gihuma amaso abantu baciye ubwenge*+ kandi kigatuma abagororotsi bavuga ibigoramye.

  • 1 Samweli 8:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Samweli amaze gusaza, agena abahungu biwe ngo babe abacamanza ba Isirayeli.

  • 1 Samweli 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Mugabo abo bahungu ntibakurikiye akarorero ka se. Bironderera itunga mu buryo bubi+, bakarya igiturire+, bakagoreka n’imanza+.

  • Imigani 1:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Ukwo ni ko abarondera itunga ribi bakora,

      ariko n’iyo barironse riruhira kubatwara ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika