Itanguriro 3:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Inzoka+ ni yo yarusha amayeri* ibindi bikoko vyose vyo mw’ishamba Yehova Imana yari yararemye. Nuko ibaza wa mugore iti: «Imana yoba yaravuze vy’ukuri yuko mudakwiye kurya ivyamwa vy’igiti na kimwe co muri iri tongo+?» 1 Samweli 24:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Dawidi abwira Sawuli ati: «Kubera iki wumviriza amabwire y’abavuga ko ndondera kukugirira nabi+? Abaroma 16:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ndabahimiriza rero bavukanyi, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri n’ibitsitaza, bikaba ari ibintu biteye kubiri n’inyigisho mwize, kandi mubirinde+.
3 Inzoka+ ni yo yarusha amayeri* ibindi bikoko vyose vyo mw’ishamba Yehova Imana yari yararemye. Nuko ibaza wa mugore iti: «Imana yoba yaravuze vy’ukuri yuko mudakwiye kurya ivyamwa vy’igiti na kimwe co muri iri tongo+?»
17 Ndabahimiriza rero bavukanyi, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri n’ibitsitaza, bikaba ari ibintu biteye kubiri n’inyigisho mwize, kandi mubirinde+.