Imigani 24:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umwansi wawe niyagwa, ntuze uhimbarwe,kandi niyatsitara, ntuze unezerwe mu mutima+. Obadiya 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ntiwari ukwiye kwigina ku musi mwenewanyu ashikirwa n’amagorwa+.Ntiwari ukwiye kunezerwa ku musi abantu bo mu Buyuda bahona+,kandi ntiwari ukwiye kuvugana ubwishime ku musi w’amarushwa yabo.
17 Umwansi wawe niyagwa, ntuze uhimbarwe,kandi niyatsitara, ntuze unezerwe mu mutima+. Obadiya 12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ntiwari ukwiye kwigina ku musi mwenewanyu ashikirwa n’amagorwa+.Ntiwari ukwiye kunezerwa ku musi abantu bo mu Buyuda bahona+,kandi ntiwari ukwiye kuvugana ubwishime ku musi w’amarushwa yabo.
12 Ntiwari ukwiye kwigina ku musi mwenewanyu ashikirwa n’amagorwa+.Ntiwari ukwiye kunezerwa ku musi abantu bo mu Buyuda bahona+,kandi ntiwari ukwiye kuvugana ubwishime ku musi w’amarushwa yabo.