ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39:10-12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Yaguma abimubwira imisi yose, ariko Yozefu ntiyigera yemera kuryamana na we canke ngo agumane na we. 11 Nuko umusi umwe Yozefu yinjira mu nzu gukora igikorwa ciwe, kandi nta mukozi n’umwe yari muri iyo nzu. 12 Inabuja aca amucakira impuzu, amubwira ati: «Ingo turyamane!» Ariko Yozefu amutana impuzu yiwe mu maboko, ahungira hanze.

  • Imigani 6:23, 24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Kuko ibwirizwa ari itara+,

      itegeko ni umuco+,

      kandi gukosorwa ni inzira ijana mu buzima+.

      24 Bizokurinda umugore ameze nabi+,

      bikurinde akarimi gasosa k’umugore w’igihumbu*+.

  • Imigani 7:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Bwira ubukerebutsi uti: «Uri mushikanje»,

      ugutahura na kwo uguhamagare uti: «Ncuti yanje»,

       5 kugira bikurinde umugore w’igitandero*+,

      bikurinde umugore w’igihumbu* n’amajambo yiwe asosa*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika