-
1 Abami 3:7-9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 None raba Yehova Mana yanje, jewe umusavyi wawe wangize umwami asubirira dawe Dawidi kandi nkiri muto*, ntaramenya utuntu n’utundi*+. 8 Jewe umusavyi wawe ntwara abantu bawe watoye+, bakaba ari abantu benshi cane badaharurika. 9 Ndagusavye rero umpe umutima ugamburuka kugira ngo nshobore gucira imanza abantu bawe+, ngo menye gutandukanya ikibi n’iciza+. Ahandiho sinoshobora gucira imanza iri sinzi ry’abantu* bawe.»
-