ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 ibisuma, abanyamunoho+, imborerwa+, abatukana, abambuzi ntibazotorana Ubwami bw’Imana+.

  • Abagalatiya 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 inzigo, akaborerwe+, ukwidagadura birenze, n’ibindi nk’ivyo+. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene maze kubaburira, yuko abaza barakora mwene ivyo batazotorana Ubwami bw’Imana+.

  • Abanyefeso 5:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Vyongeye, ntimuborerwe umuvinyu+ kuko ujana ku buhumbu*, ahubwo mugume mwuzuzwa impwemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika