ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Uwongereza itunga ryiwe mu gusaba abandi inyungu+ y’umurengera,

      aba ariko aryegeraniriza uwufasha abakene+.

  • Imigani 28:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Umuntu w’umwizigirwa aronka imihezagiro myinshi+,

      ariko uwurondera gutunga ningoga ntazoguma ari intungane+.

  • 1 Timoteyo 6:9, 10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu bigeragezo, mu mitego+ no mu vyipfuzo vy’ubupfu kandi bibagirira nabi, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+. 10 Kuko gukunda amahera ari umuzi w’ibibi vy’ubwoko bwose. Hari abaciye ku biti no ku mabuye kubera gukunda amahera maze barata ukwizera, bikwegera* imibabaro myinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika