ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Avuga ati: «Yemwe ababa mu Buyuda mwese n’i Yeruzalemu, nawe mwami Yehoshafati, nimwumvirize! Yehova ababwiye ati: “Ntimutinye canke ngo muranduke umutima kubera iryo sinzi rinini kuko urugamba atari urwanyu, ahubwo ari urw’Imana+.

  • 2 Ngoma 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Ntimuzorinda kurwana. Muze muje mu kibanza canyu, mwihagararire gusa+ maze mwirabire ingene Yehova abakiza*+. Yemwe abo mu Buyuda n’i Yeruzalemu, ntimutinye canke ngo muranduke umutima+. Ejo muze muje kubatera, kandi Yehova azoba ari kumwe namwe+.”»

  • Zaburi 68:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Kuri twebwe, Imana y’ukuri ni Imana irokora+.

      Umukama Segaba Yehova ni we adukiza urupfu+.

  • Ivyahishuwe 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Baguma basemerera n’ijwi rirenga bati: «Ubukiriro tubukesha Imana yacu yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, na wa Mwagazi w’intama+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika