Ivyakozwe 17:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ni yo yaremye* amahanga yose y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe kw’isi yose+. Vyongeye, yarashinze ibihe n’imbibe z’aho abantu bakwiye kuba+.
26 Ni yo yaremye* amahanga yose y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe kw’isi yose+. Vyongeye, yarashinze ibihe n’imbibe z’aho abantu bakwiye kuba+.