Zaburi 34:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Nimutinye Yehova yemwe beranda biwe mwese,kuko abamutinya ata co bigera babura+. Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ubwibone mu mutima w’umuntu bumushikana ku gutemba+,ariko ukwicisha bugufi kumushikana ku buninahazwa+.
12 Ubwibone mu mutima w’umuntu bumushikana ku gutemba+,ariko ukwicisha bugufi kumushikana ku buninahazwa+.