ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Murazi neza mu mitima yanyu ko Yehova Imana yanyu yariko arabakosora, nka kurya umuvyeyi* akosora umwana wiwe+.

  • Abaheburayo 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Mukwiye kwihangana kugira mutozwe indero*. Imana iriko ibafata nk’abana bayo+. None hari umwana adatozwa indero na se+?

  • Abaheburayo 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Vyongeye, ba data* bahora badutoza indero kandi twarabubaha. None kugira tubeho, ntidukwiye kurushiriza kuyobokera Data tubikunze, umwe ayobora ubuzima bwacu biciye ku mpwemu yiwe nyeranda+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika