Zaburi 34:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ibigeragezo* vy’umugororotsi ni vyinshi+,ariko Yehova arabimukiza vyose+. 2 Abakorinto 1:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.
10 Yaradukijije ako kaga gakomeye k’urupfu, kandi izosubira kudukiza. Turizigiye kandi ko izobandanya kudukiza+.