ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Uzoguma wiryamiye gushika ryari ga wa kinebwe we?

      Uzokwikangura ryari?

  • Imigani 19:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ubunebwe butera itiro ryinshi,

      kandi kurera amaboko bituma umuntu yicwa n’inzara+.

  • Imigani 24:33, 34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Iryamire gatoyi, wisinzirire gatoyi,

      uzinge amaboko wiruhukire

      34 maze ubukene buzokuzako nk’igisuma,

      amagorwa akuzeko nk’umuntu yitwaje ikirwanisho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika