1 Samweli 25:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ndagusavye databuja ntushire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi Nabali+. Izina ni ryo muntu. Yitwa Nabali*, nta bwenge agira. Nayo jewe umusukukazi wawe, abantu watumye sinababonye databuja.
25 Ndagusavye databuja ntushire umutima kuri uwo mugabo w’imburakimazi Nabali+. Izina ni ryo muntu. Yitwa Nabali*, nta bwenge agira. Nayo jewe umusukukazi wawe, abantu watumye sinababonye databuja.