Imigani 23:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ntiwiyahagure kugira uronke ubutunzi+. Vyihoze, werekane ko ufise ubwenge*. 5 Uraburaba ukabubura aho wabubonye+,kuko butabura kumera amababa nk’inkona, maze bukigurukira mu kirere+. 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+.
4 Ntiwiyahagure kugira uronke ubutunzi+. Vyihoze, werekane ko ufise ubwenge*. 5 Uraburaba ukabubura aho wabubonye+,kuko butabura kumera amababa nk’inkona, maze bukigurukira mu kirere+.
17 Bwira* abatunzi bo muri iki gihe* kutibona* no kutizigira ubutunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bizigire Imana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose tunezererwa+.