ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 17:1-3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Eliya*+ w’i Tishibe yaba mu karere ka Gileyadi+. Igihe kimwe abwira Ahabu ati: «Ndakurahiye Yehova Imana nzima, Imana ya Isirayeli nkorera*, yuko ata rume ruzoboneka canke ngo hagire imvura igwa muri iyi myaka, atari jewe ndabivuze+.»

      2 Yehova abwira Eliya ati: 3 «Va ng’aha ugende werekeza mu buseruko maze winyegeze mu mwonga Keriti mu buseruko bwa Yorodani.

  • Imigani 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu barahimbarwa.

      Ariko iyo umubisha aganje, abantu baraboroga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika