ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Mbega mu banyakibi nta n’umwe afise ugutahura?

      Barya abantu banje nka kurya barya umukate.

      Ntibigera batabaza Yehova.

  • Imigani 22:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Uwuzuruma umukene kugira yongereze itunga ryiwe+

      hamwe n’uwuha ingabire umutunzi,

      bazoruhira kuja mu bukene.

  • Yesaya 32:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Umuntu ata co yibanga akoresha uburyo bubi+.

      Aremesha inyifato iteye isoni

      kugira agirire nabi umugorwa n’umukene akoresheje ibinyoma+,

      mbere naho boba bavuga ukuri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika