Matayo 16:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu vy’ukuri, bimaze iki kwunguka isi yose ariko ukahasiga ubuzima+? Canke umuntu yotanga iki kugira arokore ubuzima bwiwe+? Yohani 6:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ntimukorere ibifungurwa bibora, ahubwo nimukorere ibifungurwa bitabora bitanga ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha. Kuko uwo ari we Data, Imana ubwayo, yashizeko ikidodo c’uko imushima+.»
26 Mu vy’ukuri, bimaze iki kwunguka isi yose ariko ukahasiga ubuzima+? Canke umuntu yotanga iki kugira arokore ubuzima bwiwe+?
27 Ntimukorere ibifungurwa bibora, ahubwo nimukorere ibifungurwa bitabora bitanga ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha. Kuko uwo ari we Data, Imana ubwayo, yashizeko ikidodo c’uko imushima+.»