Zaburi 14:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi kandi inyifato yabo irasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+. Imigani 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ibijuju birasuzugura amakosa yavyo*+,ariko abagororotsi baripfuza gusubiza hamwe.
14 Abantu b’imburabwenge bibwira mu mutima ngo: «Yehova nta wuriho+.» Ibikorwa vyabo ni bibi kandi inyifato yabo irasesemye.Nta n’umwe akora ivyiza+.