Umusiguzi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umuntu yunguka iki mu gikorwa kitoroshe cosearangura munsi y’izuba+? Umusiguzi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Naciye nanka ubuzima+, kuko nabona ko ibikorerwa munsi y’izuba vyose bitera umubabaro. Vyose vyari ubusa+ no kwiruka inyuma y’umuyaga+.
17 Naciye nanka ubuzima+, kuko nabona ko ibikorerwa munsi y’izuba vyose bitera umubabaro. Vyose vyari ubusa+ no kwiruka inyuma y’umuyaga+.