ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 18:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ivyo Dawidi yakora vyose vyagenda neza*+, kandi Yehova yari kumwe na we+.

  • Imigani 3:32, 33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 kuko umuntu w’amanyanga ashisha Yehova+,

      ariko abagororotsi ababera umugenzi somambike+.

      33 Umuvumo wa Yehova uri ku nzu y’ababisha+,

      ariko umuhezagiro wiwe uri ku nzu y’abagororotsi+.

  • Yesaya 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nimumenyeshe abagororotsi ko bizobagendera neza.

      Bazohemberwa ivyo bakora*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika