ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 82:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 «Muzogeza ryari guca imanza zigoramye+

      no kugirira nkunzi ababisha+? (Sela*)

  • Zaburi 94:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Ni nde azongwanira akankiza ababisha?

      Ni nde azomfasha kurwanya inkozi z’ikibi?

  • Zaburi 94:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Bagaba ibitero bikomeye ku mugororotsi+,

      bagacira urwo gupfa umuntu w’intungane*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika