Itanguriro 8:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Kuva ubu, iteragira n’iyimbura, ubukanye n’ubushuhe, ici n’urushana hamwe n’umurango n’ijoro, ntibizokwigera bibura kw’isi+.» Umusiguzi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Urunganwe* rumwe ruragenda urundi rukaza,ariko isi yoyo yamaho* ibihe vyose+.
22 Kuva ubu, iteragira n’iyimbura, ubukanye n’ubushuhe, ici n’urushana hamwe n’umurango n’ijoro, ntibizokwigera bibura kw’isi+.»