22 None umuntu yunguka iki vy’ukuri mu gikorwa cose kitoroshe akora no mu myitwarariko ituma akora cane munsi y’izuba+? 23 Kuko ivyo akora bimuzanira intuntu n’umubabaro imisi yose y’ubuzima bwiwe+, kandi no mw’ijoro umutima wiwe nturuhuka+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa.