ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 61:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 61 Impwemu y’Umukama Segaba Yehova iri kuri jewe+,

      kuko Yehova yandobanuye* kugira ngo mbwire inkuru nziza abitonda+.

      Yantumye gutubika ibikomere vy’abavunitse umutima,

      gutangaza ko abagizwe imbohe bazorekurwa,

      ko amaso y’abanyororo azokwugururwa rwose+.

  • 1 Petero 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Mugabo mwebwe muri «ubwoko bwatowe, muri abami mukaba n’abaherezi, ihanga ryeranda+, umugwi w’abantu yagize ikintu kidasanzwe kimwegukira+, kugira mumenyeshe hose ibintu vy’agahebuza*+» vy’umwe yabahamagara akabakura mu mwiza, akabazana mu muco wiwe w’agatangaza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika