Zaburi 115:4, 5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu,kandi vyakozwe n’amaboko y’abantu+. 5 Bifise umunwa ariko ntibivuga+.Bifise amaso ariko ntibibona.
4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu,kandi vyakozwe n’amaboko y’abantu+. 5 Bifise umunwa ariko ntibivuga+.Bifise amaso ariko ntibibona.